Pinned Tweet
Replying to @harmless_tweep
Urafise inka nyinshi tukwite umututsi ?
Urafise uwakugabiye tukwite umuhutu wiwe ?
Urashoboye gucura tukwite umutwa ?
uri umurundi mugenzi amahano y'amoko ni imbibe mu mitima twashizwemwo ngo twankane kuko urubibe ni urwanko .
Intore𓋹 Segihembe𓂀 retweeted
Un enfant n’appartient à personne.
Chaque enfant a des droits, une voix et un avenir.
#WCD2026 #JourneeMondialedelEnfance #20novembre
C’est la #JourneeMondialeDeLEnfance !💙
Une occasion de rappeler une vérité essentielle: chaque enfant a des droits, une voix & un avenir.
🤝Engageons-nous pour que chaque enfant au 🇧🇮 puisse apprendre, s’épanouir, être protégé et participer aux décisions qui le concernent.
Umunezero w’umuhungu wese uri ku bibero vy’umugore w’uyundi mugabo(se) ariko ibibazo vy’abagabo benshi biva ku kubana n’abagore b’abandi bacance.
4
201
Niwakunda cane uribuka ko biba kwinshi:
Uwo ukunda utiteze gutakaza mu buto ntibirama, uzokunda uwundi ukuze kugira aguhe icigwa co kubabara imbere y’uko uzohura n’uwo utari witeze usange ariko biramye. Biroroshe kurekura ico ufise ariko si uguta ico wazigamye!
7
315
Nitwamara gutandukanya abantu tuzinanye hamwe n’abagenzi, hazoba hageze gutandukanya abagenzi n’abantu b’ingirakamaro mu buzima bwacu. Nivyaba uko, uwuguhanuye ntazoba agututse kandi uwuri inyuma yawe wese ntazoba ari umukunzi gusa. Akanse wonaheba!
Intore𓋹 Segihembe𓂀 retweeted
Amanyama arasara ntasaba,
Nje nitonze mukunzi.
Nazindutse inyomvyi, mvunja urume, nsimba umukuba, nje kugusaba ico wimye abandi.
Erega naraye ndarurumba.
Nashatse kubitera akagere yamara ndazindwa.
Mbega ninde yokwiruka nakamurimwo?
#NkundaMuKirundi
Intore𓋹 Segihembe𓂀 retweeted
Turye inyama vuba
#meatgala
Intore𓋹 Segihembe𓂀 retweeted
Le cœur lourd, je m'incline devant la mémoire de M. Philippe Nzobonariba "Oncle".
Il a consacré sa vie au service de la Nation. Dans les fonctions de l'État, il a servi le #Burundi avec loyauté, rigueur et un sens profond du devoir. C'était un homme de dialogue et de conviction. Il croyait en ce Burundi uni, digne et tourné vers l'avenir, et il a œuvré sans relâche pour que nos institutions soient au service du peuple.
Pour moi, il était bien plus qu'un mentor, il a été comme un père bienveillant. Sa sagesse, sa patience et son affection m'ont toujours accompagnée. Il m'a appris que servir l'État, c'est d'abord servir les autres, avec humilité et intégrité. Ses conseils resteront ma boussole. #Nturenganywe qu'il lançait avec son sourire contagieux!
Le Burundi perd un grand serviteur, et moi un guide cher. J'adresse mes plus sincères condoléances à sa famille, à ses proches et à tous ceux qui ont eu le privilège de travailler à ses côtés.
Repose en paix, Oncle. Ton héritage demeure!
Intore𓋹 Segihembe𓂀 retweeted
Urubanza rwa Yampano na Vava ruratwereka ko ikibazo cy'amoko kitaracika. Aba ni abana bato bavutse muri za 2000. Vava ati umugabo yantukaga akanampohotera avuga ngo Abatutsi turiyemera. Undi na we ati muriyemera kubera ko ababyeyi bawe banze kugusura ngo kuko washatse mu bahutu.
Intore𓋹 Segihembe𓂀 retweeted
Des idées qui inspirent, des talents qui révèlent, une vision qui rassemble. 🇧🇮
Retour en images sur la célébration de la Journée mondiale du tourisme au Burundi.
#tourismeburundi #discoverburundi #WTD
Isi ntisiguza ahubwo irasigura ubwayo. Ntuzokwijajare niwabona umugenzi wawe acuditse n’umwansi wawe. Atari ijisho ryiwe uzosanga ari ugutwi kwiwe kandi wewe uri umwansi wa bose. Ambika akarimi, nta karimbi kazana urukundo! Ni 33.
Isi ntisiguza ahubwo irasigura ubwayo. Ntuzokwijajare niwabona umugenzi wawe acuditse n’umwansi wawe. Atari ijisho ryiwe uzosanga ari ugutwi kwiwe kandi wewe uri umwansi wa bose. Ambika akarimi, nta karimbi kazana urukundo! Ni 33.
142
Uzokwitwararike abagukomokako cane, abandi ugenze buhoro kuko barahinduka kandi cane; nihagera kuri ndagukunda urabaza uti:«Unkundira iki ? Gushika ryari?»
Aho uzotahura ko umutima ushima utagira
umushiha kandi ugira umushiha ashima umunsi
n'ibintu atari umuntu n'ibihe !Bazizana!
6
230
Ikibi si ukubana n’abansi ni ukwama utwengera abitwa abakuvuga nabi urenganye; ukubana n’indyarya ni ugupfa bukebuke n’aho ubona atacabaye.Uguhemukirwa ntibibabaza kuruta kumenya ko wabanye n’amabingira, ubimenya utahuye ko ata bagenzi watakaje ahubwo bo batakaje umuntu muzima.
Intore𓋹 Segihembe𓂀 retweeted
Funeral Ceremonies Invitation
youtube.com/live/pu05-QjN_CE…
Kindly join us for the Funeral Ceremonies of our beloved Alice-Bella MUHARI on Saturday, 31st October 2026, starting from 08:00 AM (Bujumbura Time).
Please contact +257 67885339 if you have any issues or need assistance.
Intore𓋹 Segihembe𓂀 retweeted
Being part of spaces where ideas are exchanged, perspectives are challenged and conversations inspire change is always a privilege. A memorable experience at Economic Freedom Week 2026.
#EconomicFreedomWeek
#EFW2026
#CDEGreatLakes
#Burundi























