Muri rino joro Abarundi na cane cane Abarundikazi turi mu kamwemwe kubera intsinzi ihambaye Francine Niyonsaba atahukanye, mu kuba Umwigeme wa mbere kw’isi yirutse imetero 2,000 mu mwanya mwiza cane (5:21.56). Nta majambo menshi mfise novuga atari ukumusabira imihezagiro ku Mana. – at Burundi
📢 "Celebrating International Women's Day" is streaming now!
The new channel will relive the most iconic female Olympic performances, and the moments where women wrote history.
Tune in for non-stop action on the most influential women in the world of sport. 👇
3 #Burundi-ais qui font pleurer de joie @yangasc1935 ce soir, avec son 2ème trophée #MapinduziCup arraché à l'éternelle rivale @SimbaSCTanzania aux tirs au buts 4-3: Ntibazonkiza (auteur du dernier penalty), Cédric Kaze (entraîneur) et Vladimir Niyonkuru (entraîneur des gardiens)