
๐ง๐ฎ #Burundi-an, I'm #Christian โ๏ธ I love #Jesus .#Cryptofan, Updates, News, Politics, Fun, Multilingual guy! #Psalm91, #Isaiah60:22, #Micha7:7 ๐
Burundi
Joined September 2022
- Tweets6.7K
- Following428
- Followers1.8K
- Likes6.6K
Turasavye abandika izi anonymes baze barazandika sans abrรฉgรฉ kuko biraruhisha kuzisoma๐ฅฑ๐ฅฑ nkubu nari nzunguriwe.
" nnj vyruko yrashir kri sttut mais snashuha cne muraz ah bac k broka abntu kri sttut mwes je pense๐ฅฒ... "
#Abatwip
Blast the Moon๐๐ง๐ฎ. retweeted
๐ด๐PHOTO DU JOUR๐
Le Prรฉsident de la Rรฉpublique du Burundi et Prรฉsident en exercice de lโ@_AfricanUnion, @GeneralNeva reรงoit le titre de ยซ Docteur Honoris Causa ยป de lโUniversitรฉ Russe de lโAmitiรฉ des Peuples Patrice-Lumumba (RUDN).๐๐ท๐บ
โก๏ธIl devient dรฉsormais: Dr Honoris Causa Gรฉnรฉral-Major รvariste NDAYISHIMIYE.
๐ธ: @NtareHouse
#lesbeautesdecheznous #akezanet #distinction #Burundi
Nta muntu yirya umuhari nk'uwamugurishijeko iyo ticket ๐๐
Ibaze gutaha gutondera bus canke cangacanga uhejeje kugurisha i ticket yatanze 5 millions, le pire n'uwugurisha iyivamwo voxy๐๐๐
Abantu mudasotoranye ntimwumva mutekanye๐๐ ako ka "amezi atatu" wongeyeko niko kabi๐๐๐๐
Ubu avance yavuye kuri 6 mois ubu ni 3 mois๐ฅฑ๐
๐จโค๏ธ @bface257 nโumukunzi we Ada Nevine bari mu munezero wo kuronka umwana wabo wa mbere, inyuma yโamezi atatu bakoze ubukwe. ๐
Congratulations ๐
Si hoba hari ababaye รฉliminรฉ muri 1/4 finale ya #MissBurundi2026 kubera batashiboye kw'exprima neza muri franรงais canke batatahuye ibibazo biri muri franรงais basavye ko bokw'exprima mu Kirundi, @MissBurundi_Org ikwiye gukosora muri 1/2-finale. Ibibazo bikaba mu Kirundi.
#Burundi
Uyu mumwiteho sa beautรฉ naturelle peut apporter gros muri publicitรฉ ari photo gรฉnique vraiment.
#MissBurundi2026 @IngoMagazine #Abatwip #Burundi @MissBurundi_Org
K'uwushaka partenariat nawe canke azanye capital nki ya 5 millions FBu mwokorana gute? Canke aje ukamwigisha neza uko birimwa vyosaba iki? Turabe ko imitahe dushora Dubaรฏ mukiyede itotwungukira mu #Burundi.



























