Perpétue Niragira-Miganda (@PMiganda) header
Perpétue Niragira-Miganda (@PMiganda) profile picture

Umurundikazi, Spouse, Mother & Grandmother. Book: Trésors du Burundi ancestral- Founder Karambi Eco-Cultural Heritage

Joined August 2013
Perpétue Niragira-Miganda retweeted
Hatabayeho umugambi wo gukingira ibinyabuzima vyakera bibana n’abantu hafi, bizogenda bihona gahoro gahoro. N’inyambo zatanguye guhona gahoro gahoro uko zirateba zirazimangana. Ama variétés/races mashasha bazana akenshi afise avantage yo gutanga umwimbu kare, ariko akagira inconvénients : perte de qualité organoléptique, faible résistance aux maladies, courte longévité. ✅️Vyiza ni ukuzījūkira tout en protégeant en même temps nos variétés/races locales.
1
2
146
Mbega ni kuki bacanira? Ni ukugira ngo ibitungwa bisusuruke, kandi urya mwotsi urirukana isāzi. Aha @KwaMiganda twariko turacanira Ngoma, Yamaribori na Rwabwami.
2
8
1
44
1,608
"Ibisabisho vyacu Mukama, nibiduge imbere yawe nk'umwotsi w'isenga". Murazi uru ruririmbo rwiza rwo muri Catholika baririmba igihe c'ishikanwa? Jewe nasanze ikirundi nya kirundi, ikirundi ca kera dusigaye tucumvira mu misa ya Catholika. Bible yo mu Bakizwa yo iri mu Kinyarwanda.
8
6
1
46
2,895
This is really great. Just a question: why the beats we hear in this video are not from our ingoma, the sacred drums of Burundi? It can be misleading for people who don't know their authentic sound.
🇧🇮 DAY 4 | BURUNDI DAY HIGHLIGHTS! Burundi brought energy, culture, and enterprise to life at the 26th EAC MSMEs Trade Fair! The vibrant Burundian drummers captivated audiences with electrifying performances, showcasing the rich cultural heritage of the region, while Burundi’s MSMEs displayed innovative products and services that reflect the creativity, resilience, and entrepreneurial spirit of East Africa. From the beat of the drums to the buzz of business, Burundi demonstrated how culture and commerce can drive regional integration and economic growth. 🤝One East Africa. Shared Opportunities. A Stronger Future! 📍Gikondo Grounds, Kigali, Rwanda #EACMSMEsTradeFair2026 #JuaKali2026 #SomaliaDay #EAC
1
1
7
517
How do you say good morning in Kirundi? - Amahoro? - Mwaramutse? - Bwakeye? How do you respond? By saying the same : - Ni amahoro - Mwaramutse? - Bwakeye? The Burundian in this video said :"Karibu". That is not Kirundi, it is Swahili!.
4
2
1
15
1,739
You are very right. For example, there were several independant kingdoms in the Great Lakes region and they are no where to be seen on this map!
Making a mess of history. Never mind the pyramids floating like islands in the ocean - and while I do applaud attempts to popularize African history - this map is way too generalized the way so many African states are erased and stamped over with the famous empire names. For example, the Swazis were part of the Zulu Kingdom?
1
386
Perpétue Niragira-Miganda retweeted
Young children in China learn life skills in school
9
147
20
622
43,250
Quelle joie de recevoir ce précieux cadeau de mon amie de jeunesse! De Nkoronko à Sainte-Thérèse ( Canada), tel est le titre du nouveau livre de Marthe Kamwenubusa.
2
26
1,248
Extrait du livre Trésors du Burundi ancestral. La partie concerne le traitement du traumatisme culturel au Burundi. L'une des propositions nous vient du Pschiatre Dr Sylvestre Barancira. Il propose que le Burundi mette en place une commémoration commune de toutes les crises.
1
1
9
492
Amahoro. Mbe yemwe ibi bintu vya translation y'ikirundi (co kimwe n'ikinyarwanda) aha kuri X ko vyifashe nabi? Ni nde ajejwe kubikosora? Vyokosorwa gute? Aho bigeze ama Leta yari akwiye kubijamwo kuko messages ziba traduits nabi cane kandi muzi yuko uru rubuga ari mpuzamakungu.
2
1
8
735
Hinge rero ngaruke mu Burundi nja nsanga ni ko bisigaye bimeze.
35
Perpétue Niragira-Miganda retweeted
Imwe muma concerts meza amaze kubera i bujumbura 🇧🇮iyi irimwo Artist :Joe Tomas @brarudi_sa 💯
1
2
32
5,505
C'était le 18 octobre 2024 lorsque @KwaMiganda nous avons eu l'immense honneur d'accueillir Son Excellence Madame Isabelle Berro-Amadeu, Ministre des Affaires Etrangères de @GvtMonaco qui était venue à notre centre pour découvrir la culture du #Burundi.
1
2
20
1,175
Amahoro. Mu Kirundi hariho amajambo ariko arazimangana. Akarorero. Wewe uri mu Burundi, urashobora kubaza umuntu ari muri Canada uti :"Mbega hiyo ni mango ki? Akishura ati :" Ubu haracari mw'ijoro". Uvyihweke, usanga mango ki ari bake cane bakirikoresha mu mvugo ya minsi yose.
4
4
1
22
2,699
Le Burundi a longtemps été considéré comme appartenant à Afrique Centrale (même par l'Union Africaine), mais sur le plan géographique et humain, le pays appartient à l'Afrique de l'Est avec tous ses fossés d'effondrement. Du fait qur le Burundi est placé en Afrique Centrale,
1
1
3
691
Le Burundi rate souvent d'énormes opportunités destinées aux pays de l'Est, anglophones. Il serait important que le pays puisse se définir tel qu'il est sur les plans géographique et humain, et que les autres aspects (politiques et économiques) suivent.
2
103
Perpétue Niragira-Miganda retweeted
From breathtaking landscapes and rich cultural heritage to authentic experiences and warm hospitality, our destination is waiting to be discovered. Let’s put Burundi on the world tourism map. #Burundi #AfricaBestKeptSecret #DiscoverBurundi
This quoted post is unavailable.
1
1
63
Il y a deux ans, l'équipe de l'Ambassade de la République Fédérale d'Allemagne était venue @KwaMiganda pour une journée de "Team Building". A l'époque, S. E. Monsieur Carsten Hölscher était à la tête de cette équipe. Le nouvel Ambassadeur est S. E. Monsieur Hubertus Klink.
2
11
1,681
La bataille de Gahondo. C'est la toute dernière bataille qui fut menée par l'armée de Mwezi (Abadasigana) entre avril et mai 1903. Si vous êtes intéressé pour cette épopée de notre roi, venez @KwaMiganda. Le site se trouve juste en face de Gahondo.
Reconstitution de l'itinéraire de Mwezi lorsqu'il a fui les troupes allemandes: "Muntu uri ku Ndėngo, urabwira uwuri i Ngára, uwuri i Ngára abwire uwuri i Fōta, uwuri i Fōta abwire uwuri ku Ngāra, uwuri ku Ngāra abwire uwuri i Burūnga, muti impore yabonetse. Umwami nahindukire"
3
1
7
815