Bonne année 2026
Amagara meza, Amahoro n'amahera nivyo ndabifurije muruno mwaka mushasha mwiza, Imiryango itugurutse muyindi myaka yose, uyu mwaka ize yuguruke mw'izina rya Yezu
Nanje nk'imvukira yo mu gisagara ca Bujumbura ndafise uruhara mw'iterambere ryaco.
Ryari iteka ridasanzwe kwakirwa nta Nyakwubahwa Umukuru w'igisagara ca Bujumbura kandi ndamushimiye kukaganuke yampaye.
Hari abantu bari mumabohero, bariko bazira ubusa, abajejwe kubakingira bafise akaboregwe ka ruswa, abandi nabo ngo nta bubasha bafise, umve iryo bara ku mutemere
@GeneralNeva , @R_Ndikuriyo , @pnininahazwe , @PierreNkurikiye
🎼Spoks Man Burundi is Back🎶
🎤Spoks Man Umuvugizi nagarutse mu muziki🎧
Akaririmbo kanje gashasha " NTIBISHOBOKA " nakoranye na Dauphin Dankala hamwe na Driver Overdo mwoba mwakakiriye gute?
Kubatarashobora kuyumva mwoyikurikirana muciye ngaha👉open.spotify.com/track/67ljT……
Spoks Man Burundi is back 🎶
Spoks Man Umuvugizi ndagarutse mu muziki 🎶 akaririmbo kanje gashasha " NTIBISHOBOKA nakoranye na @DauphinDankala na @Driver " mwakumvise gute ?
Kubatarakumva fyonda ngaha open.spotify.com/track/67ljT… mukumvirize
Spoks Man Burundi is Back 🎶
Spoks Man Umuvugizi ndagarutse mu muziki 🎶
@Spoks10 ndagarutse no kuri twitter
Le comble de l'absurdité, c'est de faire la même chose encore et encore tout en s'attendant à obtenir des résultats différents.
Avoir des idées, c'est comme ramasser des fleurs. Prendre le temps de penser, c'est comme tresser des couronnes.
Hello
The official video of " Ndakumbuye Iwacu by Spoks Man " is now available on YouTube
Watch, like , comment, share
and click on subscribe youtu.be/8wzCJU3LFr0
#indundi | Agace k’amasanamu y’indirimbo Celibataire ya Spok’s kamaze gusohoka shar.es/1DRXiy







