Ibura ry'umuyagankuba ntiryimirije gutora umuti. Abarundi bamwe barafise cash-power kugira bkunde baronke umuyagankuba. Ariko mwishi ntituwukura mu Burundi. Abarundi rero,turariha cash-power kugira turonke umuyagankuba. Ayo mahera hakurihwa yarariw aherera mumifuko.
@yigenga
Ikibwirwa ni icumva,icerekwa ni ikibona.
🚨🚨 #RDC : Joseph Kabila président du FRN est catégorique : il ne restera pas les bras croisés à regarder les populations civiles se faire massacrer.
Amahera aguma aterurwa muri @BankiNkuru ariko ntagikorwa. Mbega none ino leta nkozi yabaye leta nebwe? Iyo 54.000.000Fbu(imiliyaridi mirōngo itanu na zíne z'ámafarānga y'ámarùúndi)zibwe hafatwa abayivye bimwe bimwe vyogiye kumurongo.
@Burundi_senat @nshingamateka @haut_cadre
Imvura ihejeje kurwa yatumye irya RUMONGE (RN3) ridahita, uku niko vyifashe.
@abatwip257 @obuhaoffice @ARBurundi @BurundiGov
Jisho retweeted
“Does the Congo need an Election or a Revolution!"
EXCLUSIVE Interview with the #FRN President JOSEPH KABILA, conducted via @Conspiracygl with @TEDDYMAZINA & @CoulibalyBojana, on October 23, 2026.
Full interview at 7pm today via CTGL YouTube channel.
Jisho retweeted
Ata bwenge, ntiriwe ndavuga umutima, vyose bicika ubusa, n'inkota igufasha gukankama ntikubuza kujakara.
Le Burundi mérite plus qu'une colère, l'intelligence pour gérer les émotions des millions de déçus qui ont une énergie à capitaliser et plus jamais à contenter.
Aha @willynyamitwe arahawe message ikwiriye kubo yita ko yavugira kandi bariko batwara igihugu mucobo. @willynyamitwe, ni umwe baterekwa incabwenge @FrancisRohero kuko arazi ko yipfuza impinduka mu gihugu nubwo ari imfpuvyi ya 1972. Ntamacakubiri agora nkaba Nyamitw.
@yigenga
Akaririmbo "Bacangacange tubashire kumurongo" ka @CnddFdd burya kàári kárabûriye abarundi ntibavyumva. Ubu abarundi bafata taxi "cangacanga" mukugenda kukazi. Baja "kumurongo" kuri bus kubera ibura ry'igitoro nimvura ikabanyagira.
@yigenga @haut_cadre @NtareHouse @ReynoldsButari
Jisho retweeted
"Guturubika umuntu, Gutabagaza ubuzima bwiwe canke kubuzimanganya, gufungira abantu Ubusa, canke kubafunga bitajanye namategeko, kutubaha Umuntu ngo nuko atifise, ivyo vyose biranga intwaro yagahoto..."
President Ndadaye
Amabati yagurutse kw'ibohero rikuru rya Mpimba. Hari abaza kurara babona ijuru. 2,4millions de Dollars yari kuba yubatse aho hantu yoye kubugwa irengero muri @BankiNkuru.
@yigenga @MininterInfosBi @FOCODE_ @MiniJustice_Bdi @olucome_burundi @haut_cadre
2/Miracles administrative à Bujumbura!!
Le Directeur de l'ADB,Dr Reverien Nizigiyimana ,cumule led mandats end signant lui-même come simple "déclarant" de CE décès survenu entre 4 murs administrative très peu douillets.
@Burundi_Police @yigenga @GeneralNeva @Foco
2/Miracles administrative à Bujumbura!!
Le Directeur de l'ADB,Dr Reverien Nizigiyimana ,cumule led mandats end signant lui-même come simple "déclarant" de CE décès survenu entre 4 murs administrative très peu douillets.
@Burundi_Police @yigenga @GeneralNeva @FOCODE_
Muratore agatebe kivyavuzwe na Manssé Mbonimpa muri 2015. Vyose birabitswe.
@pnininahazwe @yigenga @CnddFdd @GeneralNeva @haut_cadre @FOCODE_
m.soundcloud.com/user-278650….
Umu Congolais (Umunyamulenge)yoba yaraguze parcelles canke inzu mu Burundi, yitege ko agire anyagwe. Zirya Titres Fonciers mwabonye @DrCinjire yerekanye,zose ni iz'ukuri. Mbaye ndagezaho, inkuru uyu mukino urimwo ni ejo.
Jisho retweeted
Late #Byicaza_Barabona igihe bambukaga bava murwanda yanditse amazina ni mirara yabasore #babanyamulenge bari kumwe kugirango abazagira ibibazo
imiryango yabo izamenyeshwe
Ubutwari , ishyaka ridasanzwe mugukunda ubwoko
nuyu munsi biravuga
Ikiganiro cyose YouTube Menya amateka
Jisho retweeted
Ndagize Mwiriwe, @GabrielRufyiri ko hari commission yabantu 5 , yari yashizweho na conseil d'administration ya @BankiNkuru, kugira ije Pologne! ninde yayibujije kuja Pologne kuko nivyo bari bafunditse...? ayamafaranga sinayo yambere yimbwe muri BRB, Ubu kubera gukunda amahoro reka ngeze aho. 🚶🏿
Inkuru y'inyuruzwa ry'amafraranga y'amanyaburaya arenga 800 000 muri @BankiNkuru. @FinancesBdi @RT_Isanganiro @BoneshaFM @iwacuinfo
U Burundi bwiyugarirako, mbere bugashika naho butemera ko abakozi ba UN batemerewe kuja kubutaka bw'u Burundi mugihe boba bavuye canke baciye mubice(zones) vyafafashwe na M23. Leta y'u Burundi nimenye ko igiye kuronka umubanyi mushasha i Uvira
Fin.
@MininterInfosBi @dr_dash250














