Aboshi(influencers) bakoranye na Bancobu Enoti baridoga ko agashimwe batsindiye(500k) bataragakubita ijisho👀 ubukene bwageze no muma bank 😂😂
Umuhinga yigenga retweeted
Ibura ry'umuyagankuba ntiryimirije gutora umuti. Abarundi bamwe barafise cash-power kugira bkunde baronke umuyagankuba. Ariko mwishi ntituwukura mu Burundi. Abarundi rero,turariha cash-power kugira turonke umuyagankuba. Ayo mahera hakurihwa yarariw aherera mumifuko.
@yigenga
Mu Kigobe iyo haba , hicaye #Abatwip:
🚨Arménie 🇦🇲 : une violente bagarre a éclaté jeudi au Parlement arménien entre des députés de la mouvance présidentielle et de l'opposition. Un député du parti au pouvoir se serait moqué de la famille du chef de l'opposition, Narek Karapetyan, à propos d'une proposition visant à créer un « ministère chargé de satisfaire toutes les femmes ».
🔴 Itegeko ryo kwiba ifumbire abanyagihugu ryazananye hehe ?
Hariho ikintu gitangaje kiriko kiraba hafi mu gihugu cose mu bijanye no gutanga ifumbire. Mu gihe abanyagihugu barihiye 16kg, nka hose hatangwa iyidakwiye. Aho bishitse abanyagihugu bakagumuka, baca bahabwa iyikwiye. Aho abanyagihugu batekereje, batahana iyo idakwiye. None vyagenze gute ngo nka hose humvikanwe kwiba umunyagihugu ? Ni nde yabipanze ? Hama iyo ica iboneka abanyagihugu bagumutse iva hehe ?
Ni kubera iki ata rwego na rumwe ruriko ruragenzura ingene abanyagihugu bariko baribwa ? Muri zone Busangana, aho abanyagihugu bagumutse bikomeye ku wambere (26.10.2026), abatware nka bose barapfunzwe, mbere n'uwari ajejwe gutanga ifumbire nawe nyene yaratwawe n'iperereza. Ni kubera iki ivyo vyakozwe muri Busangana yonyene ? Kubera iki abakuru b'amazone yose yatanze ifumbire idakwiye bataciye bafatwa nk'uwo w'i Busangana ? Twoba turi mu ntwaro y'abasuma ?
🔴 Amwe mu mazone tumaze kumenya ubusuma bwabaye :
1. Zone Kigina muri komine Rwibaga mu ntara ya Bujumbura. Abanyagihugu bamenyeshejwe ko bahabwa 11,5 kg baca barayiheba baritahira. Kugeza ubu ntiratangwa.
2. Zone Nyabibondo muri komine Rwibaga : hatanzwe 9kg ku munyagihugu, "naho nyene ushikiriwe washima Imana. Uwuserukira zone Nyabibondo yitwa Vitali yabwiye abanyagihugu ko uwugumuka baca bamujana mu gasho bidatevye. Abantu twaciye dutekana dupfa gutwara utwo tu 9 kg gusa."
3. Zone Kiyenzi muri komine Mugere : hari imitumba nka Ruvumu niyindi baronkejwe 7kg kandi barishe amafaranga ya 16kg.
4. Zone Kibumbwe muri komine Karusi, mu ntara ya Gitega : abanyagihugu bahawe 12,5 kg kandi bari barihiye 16 kg. Kubera ubwoba baremeye batwara iyo, iyindi babwiwe ngo ikamyo ntirashika.
5. Zone Renga ya komine Gitega : hatanzwe 12,5 kg ku munyagihugu kandi yarihiye 16kg.
6. Umunyagihugu wo muri Buhumuza yatwandikiye ati : "twebwe muri Buhumuza, mu mazone nka yose, abanyagihugu babiri basangizwa agafuka ka 25 kg. Ni ukuvuga ku umuntu yahabwa 12,5 kg kandi yaba yarihiye 16 kg. "Twatashe gutyo batatubwiye igihe tuzoronkera iyo yindi."
7. Zone Mutaho muri komine Bugendana, mu ntara ya Gitega : abanyagihugu bahawe ibiro bitangana vy’ifumbire. Bamwe bahawe 16kg, abandi 14kg, abandi 12,5 kg, hariho n’abaronse 10 kg. Abanyagihugu ubusuma babushira canecane kuri DCE Anatole Mbazumutima asanzwe atwara umugambwe CNDD-FDD muri iyo komine, bavuga ko ariwe yahaye itegeko aba chefs de zone ngo batange ibiro bidakwiye.
8. Zone Mbirizi ya komine Matongo, mu ntara ya Butanyerera : hatanzwe 11 kg ku munyagihugu kandi we yaba yarihiye 16kg.
9. Zone Rwabiriro muri komine Ngozi, mu ntara ya Butanyerera : ku wambere abanyagihugu baranse gutora ifumbire idakwiye, "bawutoye ku wakabiri barinze guterwa ubwoba ngo babonye abariko baragumura abanyagihugu". Hatanzwe 12,5 ku munyagihugu.
10. Zone Mwaro muri komine Mwaro, mu ntara ya Gitega : abantu babiri bagabura agafuko ka 25kg, ni ukuvuga ko umuntu yaronka 12,5 kg kandi we yarishe 16 kg.
11. Zone Nyakararo ya komine Mwaro : abanyagihugu babiri basangizwa agafuko ka 25kg, umwe wese agaca atahira 12,5 kg.
12. Umunyagihuguwomurikomine Nyabihanga yanditse ati:
"umunyagihugu wese mu kumwandika azoronke ivyo 16kg yabanza gutanga 5000 Fbu. Mw’itangwa bahavuye badukata 2kg umwumwe, ni ukuvugako twatahanye 14kg. Bumvise ivyo vyabaye i Busangana baciye babwira abanyagihugu ko ivyo biro vyasigaye bazobibaha hanyuma. Nyabihanga isanzwe ari komine abantu basanzwe batinya cane kubw'intwaro mbi kandi y’akarenganyo gusumba izindi komine bihana urubibe."
🔴 Ubusuma budasanzwe mu gusubiza amafaranga y’ifumbire y’isizeni riheze !
Hari ubundi busuma bukomeye bwatunganijwe igihugu cose. Ni ubusuma bufatanye n’ingingo y’umushikiranganji Calinie Mbarushimana ivuga ko abari barishe ifumbire yo mw’isizeni riheze bazosubizwa amafaranga yabo. Igitangaje nuko igihe ayo mafaranga yatangwa ama coopec canke amabanki yishikira aho abanyagihugu bari mu mazone n’imitumba kwakira amafaranga yabo. Ariko hageze kuyasubiza, ama coopec n’amabanki vyahawe itegeko ryo kudasubira gusanga abanyagihugu iwabo, ahubwo ko abanyagihugu aribo baja aho izo coopec na banki zikorera. Ikibazo gikomeye gica caduka nuko hariho ahatari hake usanga urugendo abanyagihugu bagira bagiye gutora amafaranga yabo basanga ruzimvye kurusha amafaranga bagiye gutora, bigatuma abanyagihugu bayaheberayo. Kubera iki uko amafaranga yatojwe atariko ariko arasubizwa ?
Ikîndi abanyagihugu batubwiye nuko henshi ayo ma coopec n’amabanki atemera ko umunyagihugu atuma uwundi kuja kumutorera ayo mafaranga. Biraboneka ko umengo hariho intumbero yo kunaniza abanyagihugu batari bake kugira bahebereyo amafaranga yabo.
Hari ikibazo kitishurwa kugeza ubu : ni abari baheraniwe ifumbire yo mu masizeni y’imbere y’iyiheze, bamwe ugasanga bamaranye imyaka ubutike bwabo. Hari abandi bavuga ko bafise ico bita "jetons" ariko badafise ubutike barihiyeko kuko usanga bwaratojwe mu bindi bihe. Abo bose amafaranga yabo aba ahezeyo.
🔴 Ni nde yateguye buno busuma bwose buboneka mu gihugu cose ? Woba ari umugambwe CNDD-FDD ? Yoba ari umushikiranganji Calinie Mbarushimana ? Yoba ari umukuru wa Leta y’Uburundi, Nestor Ntahontuye ? Yoba ari Prezida Ndayishimiye ? Ico bikoze, ikintu ntigishobora gukorwa co kimwe mu gihugu kidafise aho categuriwe. Harakenewe umuco. Abanyagihugu nibatunganirizwe bahabwe utwabo. #Burundi #ifumbire
@GeneralNeva , @NtareHouse , @KwaNtare , @BurundiGov , @FinancesBdi , @MininterInfosBi , @BMineagrie , @FomiBurundi , @nshingamateka ,@Burundi_senat
Umuhinga yigenga retweeted
Qu' est ce qui a changé en si peu de temps?
Février 2026: "Plus tu étudies, plus tu deviens ikijuju...l'éducation, c'est la base du sous dévélopment"
Octobre 2026: "l'éducation est le premier investissement pour la paix"
👀
Treasury’s Office of Foreign Assets Control imposed sanctions on the Rwandan Ministry of Defence and Zigama Credit and Savings Society, a Rwandan financial institution that has played a key role in facilitating Rwanda’s support for the March 23 Movement and its political wing, the Congo River Alliance.
home.treasury.gov/news/press…
Umuhinga yigenga retweeted
📹: @look_television
Ngagara quartier 4 : imyanda iva mutuzu twa sugumwe yarataye inzira 👀
Après les manifestations pour la démocratie, place maintenant aux menottes. ⛓uravugira chef de zone yaraye afuzwe inyuma yiyo démocratie!
Umuhinga yigenga retweeted
🔴 𝗧𝗿𝗮𝗱𝗶𝘁𝗶𝗼𝗻 𝗱𝗲 𝗽𝗮𝗶𝗻 𝗿𝘂𝘀𝘀𝗲
En Russie, les invités de marque, y compris les dirigeants étrangers, peuvent être accueillis avec du pain et du sel, selon une ancienne tradition d’hospitalité.
Le geste habituel consiste à détacher un petit morceau de pain, le tremper dans le sel et le manger. Accepter cette offrande marque le respect de l’accueil et l’amitié envers les hôtes.
Le fait que le président burundais, Evariste Ndayishimiye, en mange à son arrivée n’a donc rien d’inconvenant : il participe à une cérémonie de bienvenue. Ce geste, à lui seul, ne constitue ni une humiliation ni une faute de protocole.
Umuhinga yigenga retweeted
Upcoming EXCLUSIVE Full Interview with JOSEPH KABILA KABANGE: "Does the Congo need an election or a revolution!" youtu.be/LY5u_PFqz3Y?si=vis9… via @YouTube
« Se venger est de l'individu, punir est de Dieu. La société est entre deux. Elle doit corriger pour améliorer. »
Victor Hugo
Ejo le 13/10/2026 Hari umukozi wa ADB yitwa Sebanza Bruce, yaraye acikaniye kubiro vya ADB kubera amahiri nihohoterwa yaraye akorewe bivugwa ko ari abakozi bacungera ADB kwitegeko rya DG, Bamaze kumukubita akaremba baragerageje kumutwara kuri poste de police yegereye ariko umukuru w'ikirindiro ararahira ararengwa ko atandembe nkiyo yotora, niko kumusubiza kuri ADB ariho yacikaniye, iciyongeyeko Abo bakozi ba ADB hamwe nabakozi DG baragerageje kumutwara muri Morgue kumutayo biranka kuko vyari vyamenyekanye ...ivyo vyose vyabaye uko mugihe DG yarafitaniye amatati na Bruce aho vyageze aho DG Reverien Nizigiyimana yanamufungushije mu mpimba bigahera Bruce arekuwe vy’agateganyo aho yasaba gusubizwa mukazi.
DG yaragerageje kubiha inzego zohejuru ariko uwo yari yizeye ntiyamuronse kuko yari mubutumwa bwakazi
Umuhinga yigenga retweeted
Readers added context they thought people might want to know
The CCP's 1981 resolution documents Mao's arbitrary rule, concentration of power, undermining of collective leadership, and personality cult (Sections 18, 20, 24)
characteristics associated with dictatorship.
china.usc.edu/node/20941
📹: @look_television
Ngagara quartier 4 : imyanda iva mutuzu twa sugumwe yarataye inzira 👀
« Les dominants n'ont jamais envie d'écouter les dominés, ceux qui ont subi le joug du colonialisme ou de l'esclavage. » Pascal Blanchard.
Bureau du conseil communal Mukaza abagize inama mpanuzwajambo bayisezereye 🔥🔥🔥🔥Bagirizwa gukoresha nabi ubutunzi bwa Commune no kunyonora amatungo ya Komine nokwihagira amasoko, inkuru yuko vyatanguye muyisanga ngaha kuri @FOCODE_
#Burundi : Chantier des bureaux communaux de #Mukaza : derrière les échafaudages, les questions des 4,7 milliards de francs burundais
#FocodeMagazine | 22 octobre 2026
Les façades prennent forme. La situation financière demande encore des précisions. Une photographie datée du 21 octobre 2026 montre les bureaux communaux de Mukaza toujours entourés d’échafaudages. Entre les travaux antérieurs et le marché d’achèvement, le montant cumulé annoncé atteint 4 694 515 850 FBu. Le rapport communal signé en août mentionne plus de 2,18 milliards décaissés sur le seul achèvement. Que couvrent ces paiements et combien reste-t-il à verser ?
Des vitrages sur certaines façades. Des ouvertures encore sombres sur d’autres. Des échafaudages qui enveloppent le bâtiment, des personnes au travail en hauteur et, devant la clôture, des gravats.
La photographie transmise à #FocodeMagazine, datée du mercredi 21 octobre 2026, montre un chantier en activité. Elle ne renseigne cependant ni sur les installations intérieures ni sur leur conformité au contrat. Elle ne permet pas davantage de chiffrer les travaux restant à réaliser.
Pour comprendre ce chantier, il faut donc rapprocher l’image des documents. Ce qui a été commandé, ce qui a été vérifié et ce qui a été payé doivent pouvoir être retracés.
🔴L’achèvement à près de quatre milliards
Le rapport de la commission communale, dont notre rédaction est en possession, mentionne des travaux antérieurs de 707 730 975 FBu. Ils comprenaient notamment les fondations, les chaînages, les dalles, les murs et la toiture métallique.
Le marché d’achèvement a ensuite été attribué à PN GROUP, associée dans le document à NDIKUMANA Pacifique, pour 3 986 784 875 FBu, toutes taxes comprises.
Les deux phases représentent ainsi 4 694 515 850 FBu. Ce montant cumulé ne correspond pas à une somme intégralement décaissée.
L’achèvement représente environ 5,6 fois le coût des travaux antérieurs. Les prestations diffèrent : cette comparaison ne démontre pas une surfacturation. Elle rend toutefois nécessaire une lecture détaillée des devis.
Quels équipements figurent dans le contrat ? Quelles quantités, quels matériaux et quels prix unitaires expliquent le montant ? Des reprises de travaux étaient-elles prévues ?
La comparaison des deux phases permettrait notamment de vérifier qu’aucune prestation déjà exécutée n’a été comptée une seconde fois.
🔴Un solde connu en août, à actualiser en octobre
Le rapport signé le 28 août 2026 fait état de 2 183 080 940 FBu déjà décaissés, soit environ 54,8 % du marché d’achèvement. À cette date, la différence avec le montant du contrat s’établissait à 1 803 703 935 FBu.
Ce chiffre ne permet pas d’affirmer qu’il reste aujourd’hui exactement cette somme à payer. Des versements supplémentaires ont pu intervenir depuis août. Un état actualisé est nécessaire pour les identifier.
Il ne permet pas non plus d’évaluer le coût des travaux encore à exécuter. Des avances peuvent avoir été versées ; certaines prestations réalisées peuvent rester en attente de règlement.
Combien PN GROUP a-t-elle reçu au 21 octobre ? Pour quelles prestations attestées ? Qui a validé les décomptes ? Ces réponses permettraient de comparer l’avancement technique et les paiements à une même date.
🔴Une égalité relevée par la commission
Quatre offres figurent dans le rapport :
PN GROUP : 3 986 784 875 FBu ;
SOMATEC : 4 251 903 688 FBu ;
ECECO : 4 374 454 653 FBu ;
CHEN CAMPANY : 4 537 876 275 FBu.
Toutes sont présentées taxes comprises. PN GROUP a obtenu le marché avec le montant le moins élevé parmi les offres renseignées.
La commission souligne néanmoins que l’offre gagnante correspond exactement à l’enveloppe prévue dans la planification communale.
Cette concordance ne suffit pas à établir une entente. Elle justifie l’examen des estimations initiales, des offres originales et des procès-verbaux d’analyse : comment le montant prévisionnel a-t-il été calculé ? Qui y avait accès ? Comment les propositions ont-elles été comparées ?
Des autorisations et un calendrier à préciser
Le rapport relève également l’absence de demande d’autorisation spécifique pour la passation du marché. Les délibérations et décisions concernées permettraient de préciser la portée des autorisations accordées et leur chronologie.
Le calendrier contractuel reste, lui aussi, indispensable à l’analyse. Les échafaudages visibles au 21 octobre ne prouvent pas un retard. Il faut connaître la date de livraison prévue, les éventuelles prolongations et leurs justifications.
Le conseil communal avait été convoqué le 6 octobre. Les documents examinés pour cet article ne permettent pas de préciser les éventuelles décisions prises sur ce chantier.
L’administration dirigée par Aline Bigirimana, PN GROUP et les services techniques peuvent éclairer ces points en communiquant le contrat, les devis, les décomptes, les rapports d’avancement et l’état actualisé des paiements.
La photographie donne un état visible du bâtiment. Ces documents permettraient d’établir, au même moment, ce qui reste à construire et ce qui reste à payer.
— Les faits au-delà des discours
La Rédaction

























