Pinned Tweet
I recently traveled to Burundi, my father’s home country, during a time of deep economic crisis. It was a heartbreaking yet profound experience. Here’s a thread about what I saw and felt. 🧵1/5
1
4
707
Reese Junior Sahabo retweeted
Replying to @iMuserem
@iMuserem niyaba agifise accès kuri X nagira ndamwibutse akantu.
Mu minsi iheze hari umu général yamuhanuye ati agabanye amajambo yo gu critiqua Mukuna na Njelina.
@iMuserem nakagaye kenshi yamwishuye ngo”barya ndabamaîtrisa”.
Twari kuri Belvèdere .
Sinzi rero ko ariko bikimeze
Reese Junior Sahabo retweeted
Replying to @pnininahazwe
@pnininahazwe muri Commune Matongo, ngo subiza amafaranga y'ifumbire baguhaye 🤣🤣 niwe utumye babura imbuto z'ibigori bahereze barakwishuye.
Wawundi ngo " Isake yikijuju, igira ngo ntabitse ntibuca! "
Birafata inswa?
kera amatara ntiyazima muri Kaminuza y'Uburundi ariko raba umwiza uharangwa ubu(Bashobora kumara 3 jours atamuyagankuba)
Mbega ahantu hatagira amatara hoboneka aba intellectuels gute ? Biga umwanya ungana gute ? Basoma ibitabu sangapi ?
Mbega ahantu hari abantu bangana kurya mu mwiza nk'uyu Reta nta n'ubwoba ifise ko hokorerwa ivyaha canke hagatera akaguma ?
4
Reese Junior Sahabo retweeted
kera amatara ntiyazima muri Kaminuza y'Uburundi ariko raba umwiza uharangwa ubu(Bashobora kumara 3 jours atamuyagankuba)
Mbega ahantu hatagira amatara hoboneka aba intellectuels gute ? Biga umwanya ungana gute ? Basoma ibitabu sangapi ?
Mbega ahantu hari abantu bangana kurya mu mwiza nk'uyu Reta nta n'ubwoba ifise ko hokorerwa ivyaha canke hagatera akaguma ?
Reese Junior Sahabo retweeted
Mbonye iyi photo ahantu, automatiquement nca nibuka texte twize kera yitwa "Le cancre".🤡
Reese Junior Sahabo retweeted
Umugabo wiwe amaze imyaka 6 adaha abarundi igitoro, ama devises, ifumbire, amatara, amazi, imiti, abarundi bugarijwe n'ubukene, babayeho nabi, ama loyer ageze muma miliyoni abakozi ba Leta bahembwa amahera agura ikopo ya Nido,... Muga Njelina akubahuka kwita abandi imburakimazi!!
Reese Junior Sahabo retweeted
FDNB barashize muri Congo
Amasanamu acancanako Ku mvuga WhatsApp ́yisanganya FDNB yahuye nayo ateye ubwoba.
Baguye ari benshi cane , turahojeje imiryango yabo.
Baragurishijwe na Neva abarungika mu ntambara yubakiye Ku rwanko rẃamoko no kumu tungisha.
Haŕayandi la sanamu tudahsobora gushirako ari plus que sensibles
Reese Junior Sahabo retweeted
Reese Junior Sahabo retweeted
L'évolution du taux de change d'après les rapports de la BRB. (1 USD en Fbu)
1990~ 171 Fbu
1995~ 250 FBu
2000~ 720 FBu
2005~ 1 012 FBu
2010 ~ 1 208 FBu
2015 ~1 539 FBu
2020~ 1 889 FBu
2022 ~ 2 013 FBu
2023 ~ 2 558 FBu
2024~ 2 860 FBu
2025~ 2 925 FBu
2026 ~ 3 010 FBu
Reese Junior Sahabo retweeted
Aba Dr ba DD n'abicanyi.
Nguyu uwaraye yishe Bruce.
Barundi barundikazi mwibuke gufasha abatabazi igihe co kubohora igihugu cageze , abantu barashize kandi buri murundi wese ahamagariwe kugira ic'akoze kugira twikure ibi bisizimwe
Dr @NizigiyimanaRv1 mambo vipi?
Wumva worira ?
Justice pour Bruce...
Reese Junior Sahabo retweeted
Kera abantu tugifise ibishobisho, mbega uyu mugabo yarahanwe? canke abo yadomyeko urutoke barahanwe?
ndabaza
Reese Junior Sahabo retweeted
Birababaje kumenyekana kw'isi yose ko uva mu gihugu ata kintu na kimwe kiharangwamwo... excepté peut-être ubugugu bw'abitwa indongozi!
Reese Junior Sahabo retweeted
Akumiro...
Amakuru ava mu Burundi Ku musi Ku musi aza yemeza ko abarundi barindiriye uwoza kubabohoza.
Nta kigenda na kimwe, igisigaye co nyene gihari umunyagihugu yoronka Ubu n'impwemu zo guhema gusa.
Aha ni mu Rumonge aho abana bari bashonje bahisemwo kury'imbwa. Twahora dutwenga aba congomani none raba iri bara Neva na DD bashize mu barundi.
Red Tabara nyarutsa mubohore abantu bararushe
Amajambo adasanzwe yavugiwe mu gisabisho ca Yeriko catunganijwe na Ekleziya Katolika y'Uburundi.
"Imana yaremye Uburundi bwiza ariko uyu musi ntibukiri bwiza. Ni ibiki vyashikiye Uburundi ? Izi ngorane zose mubona zibangamiye Uburundi ni Shetani yazishizeho. (...) Abantu bari hejuru mu butegetsi baremeye Shetani barakorana nayo.
Tugiye gusaba Imana rero duti : Mana muri iki gihugu ciza, Shetani yaraje yubaka impome zidutandukanya nawe, turagusavye izi mpome uzibomore.
(...)
Hari igihugu bari bimirije amatora. Umukuru w'igihugu yashaka kubandanya, akora ibishoboka vyose kugira abandanye atwara, ntiyashaka amatora y'ukuri, we yashaka kubandanya atwara. Aba charismatiques nari narigishije baca bakora igisabisho ca Yeriko. Muzi ivyabaye ? Haciye hatorwa uwundi mukuru w'igihugu.
(...)
Igihe naja mu gihugu ca Peru, umukuru w'igihugu yariko arahangana cane na Ekleziya Katolika. Twakoze igisabisho ca Yeriko. Inyuma y'indwi imwe gusa, Inama Nshingimateka ya Peru yaciye ikura uyu mukuru w'igihugu ku butegetsi, umukuru w'igihugu aca aja mu gasho."
Reese Junior Sahabo retweeted
Twibukanye:
"Ivyo muririra abandi nivyo bariko bararirana"
None harya uronse ivyankenerwa haca habura amahoro? ntavyo narinzi! Komera...
Reese Junior Sahabo retweeted
Hari ibintu bizotugora gukemura mu myaka iza.
Umuntu akora mu #Carama ataha mu #Ruziba, akaba aya masaha 23h, ageze muri ville ataha n’amaguru, kandi Ejo mugitondo agomba gusubira gutonda mu #Carama.
Ashika ryari? Afungur ryari? Aruhuk ryari? Hama azinduke ryari?
#Sacrificed!






























