KING YANN COOL retweeted
Un indien qui a osé frappé une petite fille un marteau à Ngozi #burundi juste parce que la petite l'a salué en disant "bonjour Muzungu" il ne mérite pas de rester sur notre sol @PATTHEBURUNDIAN @yigenga
Umwe ahora avuga ngo nta Modoka Nziza dufise iwacu ninde? Nasubire aryogore twumve. #abatwip
KING YANN COOL retweeted
As a married Burundian do you call your in-laws by their names, papa/mama [insert spouse's name], or do you like me never say their name out loud ever and just use eye contact 😅?
Mu gihe Big Fizzo aheruka kubikwa akiri muzima, Olga Lorrie yagarutse ku buryo vyagenze umusi abona banditse ko yitavye Imana. #abatwip
https://nitter.cf/t.co/RtL8crwbSK
#abatwip nimba iyi migambi uyu mu Millionaire wa #febabu ariko aravuga ( youtu.be/fGTNwdfxh8U
) azoyishitsa, Basha nciye ngira inyota yo kuzoza ndakurukirana 🏀, kuko numva amahiganwa azoca aryoha basi.
None ibi bintu ko bibandanya kuba bibi gusumba?
#Abatwip
On @bestof257 Space..
Jew (A) ndiko ndumviriza neza ama intervention sans écouteur.
Uwuri uruhande rwanje (B) (Boy 19yo): Uyo muntu barikuvuga ndamuzi.
A: Nivyo? Umuzi hehe?
B: oft, ngira niwe. Ndafise umugenzi yahatswe gufatwa kunguvu nuyo murivyo.
1/n
KING YANN COOL retweeted
Depuis quelques jours, les comptes #Twitter et #Instagram de @bestof257 partagent les histoires de #jeunes #Burundi-ais.e.s victimes de #viol.
🎙️ #Yaga vient de s’entretenir avec le gestionnaire de ces comptes.
Voici ses motivations : https://nitter.cf/t.co/Afq1u5JknG.
#Ndafisijambo
KING YANN COOL retweeted
Join me in my Space! nitter.cf/i/spaces/1OdKrBapLqwKX
KING YANN COOL retweeted
🔄 Retweet to vote for @FrancineNiyons4 🇧🇮 following her 2000m world record of 5:21.56 at @MeetingZagreb!
KING YANN COOL retweeted
Kw’izina ry’Abarundi bose no kw’izina ryanje, ndakeje Umwigeme Francine Niyonsaba kw’iteka ridasanzwe amaze imisi atera Uburundi. Imana ibandanye imuhezagira agume atera imbere nk’umuzinga. – at Burundi
KING YANN COOL retweeted
WARUBIZI‼️‼️‼️
Kurenga ibigo// adultère//relations sexuelles extra conjugales
Raba ico igitabo mpanavyaha kibivugako!
Menya neza:
1. ntawundi yemerewe kwitwara kubwico caha kiretse uwo bubakanye n'uwo akekwako ico caha.
2. N'uwo babikoranye arahanwa
Aho Sha mukobwa wacu @FrancineNiyons4
Imana izokuduhere umugisha.
La Burundaise #Francine_Niyonsaba remporte la finale #Diamond_Ligue_2021 qui se tient dans la soirée de ce 8 septembre à #Zurich. Regardez-la célébrer sa victoire après sa course de 5000m et soulever son trophée diamanté en video. Un parcours sans faille. Bravo @FrancineNiyons4



























