
#TownHall257🇧🇮.Member of Kabaza WebTV. Managing Director @ Mohloba Global Trading Pty (Ltd). Tweets are personal. Email : [email protected]
Johannesburg, South Africa
Joined June 2009
- Tweets11K
- Following2.4K
- Followers47.2K
- Likes113K
Pinned Tweet
Man in the mirror, by the late MJ. I have to look at myself, and be a good human being, simva Mukike kwiba impene no ku viola nos sœurs !
Take the lead bro! Nka ubivugiye aha baza ababikora, ubumvirize, ubishikane kure bavyige.
Birya bicapu nabonye amakomine yatanze, iyo babihereza abahinga b'urwaruka ata nyungu zindi barondera atari ugushira ahabona impano zabo, twari kuronka ibicapu vy'igitangaza, bikozwe kugira bizorambe... @BurundiGov @MilteBurundi @MininterInfosBi
Mbo naho igitoro kiriho, kirazimvye. Nkishika aha iritiro igurwa nka marande atatu, ubu ni nka presque 30. Umuntu aca akoresha Bus za municipalités canke hiace. Mais icantanganje uno musi ngiye muri Hiace, turiha 17, les élèves muri uniforme bariha 12. Well, nabikunze kabisa!
Bro, mu nama ya comité executif ya NRM, namba ari ejo canke hirya y'ejo, se yaravuze neza ko atakibazo abona kuri tweets z'umuhungu wiwe, kandi ko ariwe azoja (ari) kwivolant muri Uganda.
Ngendakumana Jean Patrick retweeted
Replying to @kaganwa_musore @Sir_Umuhirwaa2 @cloubelonly @yigenga @Breezy_Shalom @gwagaphoto @Real_Jocelin
All i need is: A round-trip flight ticket from Melchior Ndadaye to Kilimanjaro Airport (Tanzania) + 750$ for 9days i will spend Hiking
Ngendakumana Jean Patrick retweeted
One of the SANDF’s first peacekeeping missions, in an era that saw South Africa become one of the biggest contributors to UN and AU peace missions over the next decade.
With the recent withdrawal from MONUSCO, the SANDF is no longer part of any UN or AU missions.
South African soldiers board a South African Airways plane at the Waterkloof air base in Pretoria on their way to Burundi as part of a peace deal to end an eight-year civil war.
This first group of 250 soldiers is part of a force of 700 South African soldiers to be deployed in Burundi to secure exiled politicians who will take part in forming a transitional government.
Ngendakumana Jean Patrick retweeted
#Day1069: Justice for #Kelsey_Iteriteka is not a favor; it is a right.
Her case must not be forgotten, buried or silenced.
A Burundi where every woman & girl lives in safety & dignity is possible when justice stands.
Justice delayed is justice denied.
#ActNow #EndGBVNow
Bro @YvesIrishura raba twa dusuma twafashwe!
Twarigorewe!
Zimbabwe’s platinum industry generates billions, yet mining communities say they see little of the wealth.
Residents face poor roads, inadequate schools and limited access to clean water and basic services.
🔗: aje.news/ol3w25
Do not worried about me, I am a seasoned political animal. Kumyaka mfise, ndazi icatsi n'ururo, and again, uwariwe wese antumyeko ko tuganira, mfise akanya nzoboneka ata kibazo kabisa.
Replying to @ngendapatrick
Narazumvise. Kandi à première vue ni bon. Muga uzi agenda yabo kandi bakavuga bati n’ejo dusubiye kuvuga ( bavuga ko bari muri programme yo kwigisha abantu kandi babesha ) tuzoza turaguhamagara. Je sais que ubibona kandi unabizi! C’était juste kugushikiriza amakenga yanje
Mbo, sinzi ko wumvirije intervention yanje, na sujet twariko tuganirako. I think that would be better first of all. 🙏🏿
Replying to @ngendapatrick
Dans certains pays cependant discours de haine ntiziri muri liberté d’expression. Abazikwiragiza ntanahamwe bahabwa ijambo🙏🏿
Ngendakumana Jean Patrick retweeted
Good evening @JHBWater
No water from Berea Reservoir and Alexander Park Reservoir since last week Thursday and now Yeoville Reservoirs is dry. PLEASE can the residents get an update on what is happening? TIA – at Alexandra, South Africa
Good evening Alexis. Je nkurikirana politique y'iwacu kuva kera cane. And in my whole life, nigishijwe naho ko ntahuza n'abantu politically, kuganira sinzopfa ndavyanse. I am available to share my knowledge with any MURUNDI! I think on my own terms, not collectively!
Replying to @Gashikanyi
@ngendapatrick aba bantu musangira ikiyago gute kabisa??? Franchement, j’ai été déçu! Bwejeri arondera abamufasha gukwiragiza ishano ( poison de la haine) dans des pseudos conférences sur X . Avuga ibintu yita kahise akabihindukiza uko ashatse! Aba bantu baba bakwiye guharirwa ivomo























